Abacamanza 18:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Bamaze gutwara ivyo Mika yahinguye bagatwara na wa muherezi yamukorera, baja i Layishi+, ahaba abantu batekanye ata co bicura+. Abaho babicisha inkota, igisagara na co bagiha umuriro.
27 Bamaze gutwara ivyo Mika yahinguye bagatwara na wa muherezi yamukorera, baja i Layishi+, ahaba abantu batekanye ata co bicura+. Abaho babicisha inkota, igisagara na co bagiha umuriro.