Abacamanza 18:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Nta n’umwe yaje kubatabara kuko ico gisagara cari kure y’i Sidoni kandi nta migenderanire bari bafitaniye n’abandi bantu. Ico gisagara cari mu kiyaya cegukira Beti-Rehobu+. Nuko bongera kucubaka, bakibamwo.
28 Nta n’umwe yaje kubatabara kuko ico gisagara cari kure y’i Sidoni kandi nta migenderanire bari bafitaniye n’abandi bantu. Ico gisagara cari mu kiyaya cegukira Beti-Rehobu+. Nuko bongera kucubaka, bakibamwo.