Abacamanza 18:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Inyuma y’aho, Abadani bahashinga ca gishusho c’ikibazano+. Yonatani+ n’abahungu biwe baba abaherezi b’umuryango w’Abadani gushika umusi ababa muri ico gihugu bajanwa mu bunyagano. Yonatani yari mwene Gerushomu+, Gerushomu wa Musa.
30 Inyuma y’aho, Abadani bahashinga ca gishusho c’ikibazano+. Yonatani+ n’abahungu biwe baba abaherezi b’umuryango w’Abadani gushika umusi ababa muri ico gihugu bajanwa mu bunyagano. Yonatani yari mwene Gerushomu+, Gerushomu wa Musa.