Abacamanza 19:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ku musi ugira kane, bazindutse kare mu gitondo ngo bagende, se wa nya mugore abwira umukwe wiwe ati: «Banza utamire akantu kugira uronke utuguvu*, mubone kugenda.»
5 Ku musi ugira kane, bazindutse kare mu gitondo ngo bagende, se wa nya mugore abwira umukwe wiwe ati: «Banza utamire akantu kugira uronke utuguvu*, mubone kugenda.»