Abacamanza 19:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ku musi ugira gatanu, avyutse kare mu gitondo ngo agende, se wa nya mugore amubwira ati: «Ndagusavye ubanze utamire akantu kugira uronke utuguvu*.» Bigumira ng’aho gushika umusi ugeze kure. Bompi babandanya kwirira.
8 Ku musi ugira gatanu, avyutse kare mu gitondo ngo agende, se wa nya mugore amubwira ati: «Ndagusavye ubanze utamire akantu kugira uronke utuguvu*.» Bigumira ng’aho gushika umusi ugeze kure. Bompi babandanya kwirira.