Abacamanza 19:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ariko nya mugabo ntiyemera gusubira kurara. Arahaguruka afata urugendo ashika i Yebusi, ari ho Yeruzalemu+. Yari kumwe na ya ncoreke yiwe n’umusuku wiwe na za ndogobwa zibiri ziriko ivyo bicarako.
10 Ariko nya mugabo ntiyemera gusubira kurara. Arahaguruka afata urugendo ashika i Yebusi, ari ho Yeruzalemu+. Yari kumwe na ya ncoreke yiwe n’umusuku wiwe na za ndogobwa zibiri ziriko ivyo bicarako.