Abacamanza 19:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Mugabo shebuja amwishura ati: «Oya, ntitwohagarara mu gisagara c’abanyamahanga kitabamwo Abisirayeli. Reka tubandanye gushika i Gibeya+.»
12 Mugabo shebuja amwishura ati: «Oya, ntitwohagarara mu gisagara c’abanyamahanga kitabamwo Abisirayeli. Reka tubandanye gushika i Gibeya+.»