Abacamanza 19:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Amaherezo ku mugoroba, haza umutama avuye mu murima. Yava mu karere k’imisozi ka Efurayimu+, akaba yari amaze igihe aba i Gibeya. Mugabo ababa muri ico gisagara bari Ababenyamini+.
16 Amaherezo ku mugoroba, haza umutama avuye mu murima. Yava mu karere k’imisozi ka Efurayimu+, akaba yari amaze igihe aba i Gibeya. Mugabo ababa muri ico gisagara bari Ababenyamini+.