Abacamanza 19:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Bakiriko bararyoherwa, abagabo bamwe b’imburakimazi bo muri ico gisagara bakikuza iyo nzu, batangura gukubitagura ku muryango. Baguma babwira uwo mutama nyene inzu bati: «Sohora uwo mugabo yaje iwawe turyamane+.»
22 Bakiriko bararyoherwa, abagabo bamwe b’imburakimazi bo muri ico gisagara bakikuza iyo nzu, batangura gukubitagura ku muryango. Baguma babwira uwo mutama nyene inzu bati: «Sohora uwo mugabo yaje iwawe turyamane+.»