-
Abacamanza 19:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Nyene inzu aca arasohoka ababwira ati: «Oya benewacu, ntimukore ikibi. Uyu mugabo ni umushitsi wanje. Ntimukore ico kintu c’agaterasoni.
-