-
Abacamanza 19:29Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
29 Ageze iwe atora ikibugita, atemagura ya ncoreke yiwe ingingo ku yindi, ayicamwo ibihimba 12. Mu karere kamwekamwe kose ka Isirayeli, arungikayo igihimba kimwe.
-