Abacamanza 20:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Abatware na bo nyene, ari bo bakuru b’imiryango ya Isirayeli, bari mw’ishengero ry’abantu b’Imana. Hari abasoda 400.000 barwanisha inkota+.
2 Abatware na bo nyene, ari bo bakuru b’imiryango ya Isirayeli, bari mw’ishengero ry’abantu b’Imana. Hari abasoda 400.000 barwanisha inkota+.