Abacamanza 20:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Barahaguruka, baduga i Beteli guhanuza Imana+. Babaza rero bati: «Ni nde azotuja imbere mu kurwanya Ababenyamini?» Yehova yishura ati: «Umuryango wa Yuda ni wo uzobaja imbere.»
18 Barahaguruka, baduga i Beteli guhanuza Imana+. Babaza rero bati: «Ni nde azotuja imbere mu kurwanya Ababenyamini?» Yehova yishura ati: «Umuryango wa Yuda ni wo uzobaja imbere.»