Abacamanza 20:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Ku musi ugira gatatu, Abisirayeli baduga kurwanya Ababenyamini. Batonda urugamba kugira batere igisagara ca Gibeya nk’uko babigize ku yindi misi+.
30 Ku musi ugira gatatu, Abisirayeli baduga kurwanya Ababenyamini. Batonda urugamba kugira batere igisagara ca Gibeya nk’uko babigize ku yindi misi+.