Abacamanza 20:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Ababenyamini baca batangura kwibwira bati: «Tugira dusubire kubatsinda nk’ubwa mbere+.» Mugabo Abisirayeli bo bavuga bati: «Duhunge, tubajane kure y’igisagara, tubashikane ku mabarabara makurumakuru.»
32 Ababenyamini baca batangura kwibwira bati: «Tugira dusubire kubatsinda nk’ubwa mbere+.» Mugabo Abisirayeli bo bavuga bati: «Duhunge, tubajane kure y’igisagara, tubashikane ku mabarabara makurumakuru.»