-
Abacamanza 20:42Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
42 Batangura guhunga Abisirayeli berekeza mu bugaragwa mugabo urugamba ruguma rubakurikira. Haza abagabo bavuye mu bisagara bitandukanye, bifatanya n’Abisirayeli mu kwica Ababenyamini.
-