Abacamanza 21:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Igihe abagabo b’Abisirayeli bari i Mizipa+, barahiye bati: «Nta n’umwe muri twebwe azoha umukobwa wiwe Umubenyamini ngo amubere umugore+.»
21 Igihe abagabo b’Abisirayeli bari i Mizipa+, barahiye bati: «Nta n’umwe muri twebwe azoha umukobwa wiwe Umubenyamini ngo amubere umugore+.»