-
Abacamanza 21:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Barira bavuga ngo: «Ewe Yehova Mana ya Isirayeli, kubera iki ibi vyashitse muri Isirayeli? Kubera iki umuryango umwe wozimangana uyu musi muri Isirayeli?»
-