Abacamanza 21:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Mu baba i Yabeshi-Gileyadi basangamwo abakobwa 400 b’isugi batarigera baryamana n’umugabo. Baca babazana aho bakambitse i Shilo+ mu gihugu ca Kanani.
12 Mu baba i Yabeshi-Gileyadi basangamwo abakobwa 400 b’isugi batarigera baryamana n’umugabo. Baca babazana aho bakambitse i Shilo+ mu gihugu ca Kanani.