Rusi 3:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Niwoge rero, wisige utuvuta tumota maze wambare neza*, uheze umanuke kuri irya mbuga. Ntumwiyereke ataraheza kurya no kunywa.
3 Niwoge rero, wisige utuvuta tumota maze wambare neza*, uheze umanuke kuri irya mbuga. Ntumwiyereke ataraheza kurya no kunywa.