Rusi 3:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Bowazi aca avuga ati: «Uragahezagirwa na Yehova, mukobwa wanje. Ubuntu* ugaragaje mu kudakurikira abasore, baba abatunze canke abakenye, buruta ubwo wagaragaje ubwa mbere+. Rusi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:10 Niwigane, rup. 47 Umunara w’Inderetsi,1/10/2012, rup. 22
10 Bowazi aca avuga ati: «Uragahezagirwa na Yehova, mukobwa wanje. Ubuntu* ugaragaje mu kudakurikira abasore, baba abatunze canke abakenye, buruta ubwo wagaragaje ubwa mbere+.