-
Rusi 3:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Rusi aca aguma aryamye hafi y’ibirenge vyiwe gushika mu bucagucagu, maze avyuka hatarabona neza ku buryo ata muntu yomenya uwundi. Nuko Bowazi avuga ati: «Ntihagire uwumenya ko hari umugore yaje hano ku mbuga.»
-