Rusi 4:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nuko Nawomi atora nya mwana aramuterura*, araheza amubera umurezi.