1 Samweli 2:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nimureke kuvugana ubwibone.Ntihagire na kimwe muvugana ubwishime,kuko Yehova ari Imana izi vyose+.Arasuzuma ata karenganyo ivyo abantu bakora.
3 Nimureke kuvugana ubwibone.Ntihagire na kimwe muvugana ubwishime,kuko Yehova ari Imana izi vyose+.Arasuzuma ata karenganyo ivyo abantu bakora.