1 Samweli 2:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nya muntu amubwiye ngo: «Reka babanze baturire ikinure gifumbe umwotsi+, uheze utware izo ushaka* zose», uwo musuku yaca avuga ati: «Oya. Zimpe ubu nyene, wanse ndazitware ku nguvu.»
16 Nya muntu amubwiye ngo: «Reka babanze baturire ikinure gifumbe umwotsi+, uheze utware izo ushaka* zose», uwo musuku yaca avuga ati: «Oya. Zimpe ubu nyene, wanse ndazitware ku nguvu.»