1 Samweli 2:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Yehova yitwararika Hana maze avyara abandi bana+: abahungu batatu n’abakobwa babiri. Wa muhungu Samweli abandanya gukurira imbere ya Yehova+. 1 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:21 Niwigane, rup. 63 Umunara w’Inderetsi,1/10/2010, rup. 16
21 Yehova yitwararika Hana maze avyara abandi bana+: abahungu batatu n’abakobwa babiri. Wa muhungu Samweli abandanya gukurira imbere ya Yehova+.