1 Samweli 2:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Nayo wa muhungu Samweli yaguma akura, agashimwa na Yehova n’abantu+. 1 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:26 Umunara w’Inderetsi,15/12/2002, rup. 25