1 Samweli 2:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Nzoreka umugabo umwe wo mu muryango wawe agume ankorera ku gicaniro canje. Azotuma amaso yawe aruha, agutere n’intuntu*. Mugabo benshi mu muryango wawe bazokwicwa n’inkota+.
33 Nzoreka umugabo umwe wo mu muryango wawe agume ankorera ku gicaniro canje. Azotuma amaso yawe aruha, agutere n’intuntu*. Mugabo benshi mu muryango wawe bazokwicwa n’inkota+.