1 Samweli 2:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Nzoca ngena umuherezi w’umwizigirwa+. Azokora ivyo umutima wanje ugomba*, kandi abamukomokako bazoba abaherezi ibihe vyose*. Azokwama ari umuherezi* w’uwo narobanuje amavuta.
35 Nzoca ngena umuherezi w’umwizigirwa+. Azokora ivyo umutima wanje ugomba*, kandi abamukomokako bazoba abaherezi ibihe vyose*. Azokwama ari umuherezi* w’uwo narobanuje amavuta.