1 Samweli 2:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Uwuzosigara wese mu muryango wawe azoza amupfukamire kugira arabe ko yoronka amahera n’ico arya. Azomubwira ati: ‘Ndagusavye unshinge kimwe mu bikorwa vy’abaherezi, ndabe ko noronka ico ndya*+.’”»
36 Uwuzosigara wese mu muryango wawe azoza amupfukamire kugira arabe ko yoronka amahera n’ico arya. Azomubwira ati: ‘Ndagusavye unshinge kimwe mu bikorwa vy’abaherezi, ndabe ko noronka ico ndya*+.’”»