-
1 Samweli 3:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Yehova yongera guhamagara ati: «Samweli!» Samweli aca aravyuka aja iyo Eli ari, amubwira ati: «Wari umpamagaye, nditavye.» Mugabo Eli avuga ati: «Sinaguhamagaye mwana, subira kuryama.»
-