-
1 Samweli 3:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Abwira rero Samweli ati: «Genda uryame, maze niyaguhamagara uvuge uti: “Mbwira Yehova, kuko jewe umusavyi wawe ndaguteze yompi.”» Samweli aca asubira kuryama.
-