1 Samweli 3:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Samweli abandanya gukura, kandi Yehova ubwiwe abana na we+. Mu vyo yavuga vyose, nta na kimwe Imana yareka ngo kigende kidashitse*.
19 Samweli abandanya gukura, kandi Yehova ubwiwe abana na we+. Mu vyo yavuga vyose, nta na kimwe Imana yareka ngo kigende kidashitse*.