-
1 Samweli 4:1Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 Samweli abandanya kubwira Abisirayeli bose ijambo rivuye ku Mana.
Maze Abisirayeli baja kurwana n’Abafilisitiya. Bakambika hafi y’i Ebenezeri, Abafilisitiya na bo bakambika i Afeki.
-