1 Samweli 4:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Abafilisitiya bagira ubwoba, kuko bavuga bati: «Imana yashitse mw’ikambi+!» Bibwira rero bati: «Turagowe kuko ata kintu nk’iki cari bwigere kiba.
7 Abafilisitiya bagira ubwoba, kuko bavuga bati: «Imana yashitse mw’ikambi+!» Bibwira rero bati: «Turagowe kuko ata kintu nk’iki cari bwigere kiba.