1 Samweli 4:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Turagowe! Ni nde adukiza iyo Mana ikomeye? Iyo ni ya Mana yateza ivyago Misiri, inganda zigatikira mu bugaragwa+.
8 Turagowe! Ni nde adukiza iyo Mana ikomeye? Iyo ni ya Mana yateza ivyago Misiri, inganda zigatikira mu bugaragwa+.