1 Samweli 4:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ntimugire ubwoba, yemwe Bafilisitiya. Nimube abagabo kugira Abaheburayo ntibatuganze nk’uko natwe twabaganje+. Nimube abagabo, murwane!»
9 Ntimugire ubwoba, yemwe Bafilisitiya. Nimube abagabo kugira Abaheburayo ntibatuganze nk’uko natwe twabaganje+. Nimube abagabo, murwane!»