11 Batumako rero abatware bose b’Abafilisitiya. Bamaze gukorana, bababwira bati: «Nimurungike isandugu y’Imana ya Isirayeli isubire iyo yaje iva kugira twe n’abacu ntidupfe.» Ababa mu gisagara bose batinya ko bohava bapfa, kuko Imana y’ukuri yari yabamereye nabi cane+.