-
1 Samweli 6:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Abantu b’i Beti-Shemeshi bariko barimbura ingano mu kiyaya. Bunamuye amaso bakabona nya sandugu, baranezerwa cane.