1 Samweli 6:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ibivyimba bikozwe mu nzahabu Abafilisitiya barungikiye Yehova nk’ishikanwa ryo gusaba imbabazi ni ibi+: kimwe ca Ashidodi+, kimwe ca Gaza, kimwe ca Ashikeloni, kimwe ca Gati+ na kimwe ca Ekuroni+.
17 Ibivyimba bikozwe mu nzahabu Abafilisitiya barungikiye Yehova nk’ishikanwa ryo gusaba imbabazi ni ibi+: kimwe ca Ashidodi+, kimwe ca Gaza, kimwe ca Ashikeloni, kimwe ca Gati+ na kimwe ca Ekuroni+.