1 Samweli 6:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ariko Imana yica abantu 50.070* b’i Beti-Shemeshi kubera bari baravye isandugu ya Yehova. Abantu batangura kuboroga kuko Yehova yari yishe benshi cane muri bo+.
19 Ariko Imana yica abantu 50.070* b’i Beti-Shemeshi kubera bari baravye isandugu ya Yehova. Abantu batangura kuboroga kuko Yehova yari yishe benshi cane muri bo+.