1 Samweli 7:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Nuko Samweli afata umwagazi w’intama wonka, awushikanira Yehova nk’ishikanwa riturirwa uko ryakabaye+. Atabariza Abisirayeli kuri Yehova, Yehova na we aramwishura+. 1 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 7:9 Umunara w’Inderetsi,15/3/2005, rup. 22
9 Nuko Samweli afata umwagazi w’intama wonka, awushikanira Yehova nk’ishikanwa riturirwa uko ryakabaye+. Atabariza Abisirayeli kuri Yehova, Yehova na we aramwishura+.