1 Samweli 8:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Mugabo bibabaza Samweli* bavuze ngo abahe umwami wo kubacira imanza. Samweli aca asenga Yehova.