1 Samweli 8:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ivyo bariko baragira ni nk’ivyo bagize kuva umusi nabakura mu Misiri gushika n’uyu musi. Baguma bampeba+ bagasenga* izindi mana+, kandi nawe ni vyo bariko barakugirira.
8 Ivyo bariko baragira ni nk’ivyo bagize kuva umusi nabakura mu Misiri gushika n’uyu musi. Baguma bampeba+ bagasenga* izindi mana+, kandi nawe ni vyo bariko barakugirira.