1 Samweli 8:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Azotwara amatongo yanyu mezameza n’imirima yanyu y’imizabibu myizamyiza, n’imirima yanyu y’imyelayo* myizamyiza+, abihe abasuku biwe.
14 Azotwara amatongo yanyu mezameza n’imirima yanyu y’imizabibu myizamyiza, n’imirima yanyu y’imyelayo* myizamyiza+, abihe abasuku biwe.