1 Samweli 9:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Hari umugabo umwe wo mu muryango wa Benyamini yitwa Kishi+. Yari mwene Abiyeli, Abiyeli mwene Zerori, Zerori mwene Bekorati, Bekorati mwene Afiya. Yari Umubenyamini+ kandi yari atunze cane.
9 Hari umugabo umwe wo mu muryango wa Benyamini yitwa Kishi+. Yari mwene Abiyeli, Abiyeli mwene Zerori, Zerori mwene Bekorati, Bekorati mwene Afiya. Yari Umubenyamini+ kandi yari atunze cane.