1 Samweli 9:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Yari afise umusore mwiza yitwa Sawuli+. Nta n’umwe mu Bisirayeli yamurusha ubwiza. Yasumvya uburebure abantu bose, ku buryo muremure yamugera ku bitugu.
2 Yari afise umusore mwiza yitwa Sawuli+. Nta n’umwe mu Bisirayeli yamurusha ubwiza. Yasumvya uburebure abantu bose, ku buryo muremure yamugera ku bitugu.