-
1 Samweli 9:4Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 Baca mu karere k’imisozi ka Efurayimu n’i Shalisha, mugabo ntibazitora. Maze baca i Shayalimu, ariko ntibazibona. Baca no mu karere kose k’Ababenyamini, na ho nyene ntibazitora.
-