1 Samweli 9:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Mugabo nya musuku amwishura ati: «Urazi, muri iki gisagara hariho umuntu w’Imana kandi arubahwa. Ivyo avuze vyose vyama bishika+. Ingo tujeyo, hari aho yotubwira inzira twojana.»
6 Mugabo nya musuku amwishura ati: «Urazi, muri iki gisagara hariho umuntu w’Imana kandi arubahwa. Ivyo avuze vyose vyama bishika+. Ingo tujeyo, hari aho yotubwira inzira twojana.»