-
1 Samweli 9:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 Maze Sawuli abwira umusuku wiwe ati: «Ivyo uvuze ni vyo, ingo tugende.» Nuko baja mu gisagara uwo muntu w’Imana y’ukuri yarimwo.